Episode image

KEVINE UBWIZA MAINE

Wiriwe Maine

Episode   ·  0 Play

Episode  ·  59:00  ·  Nov 9, 2025

About

Kaze mu Kiganiro " Wiriiwe Maine" co kuri uyu w-Imana itariki ya 9 ukwezi kwa 11 umwaka wa 2025. Twabazaniye Umunyarwandakazi Kevine Umutesi akora ibijanye n'ubwiza. Aratubwira ukuntu yakujije impano yiwe n'uko akorera abamugana. Ku bwiwe, ugutaka abakenyezi n'abakobwa canke kubakorera " maquillage" ni ikimenyetso co kwikunda kandi abantu barabikeneye. Mugumane natwe. Tunabafitiye amakuru y'ingenzi yo muri iyi misi kw'isi dushikirizwa na mugenzi wacu Pierre Claver Niyonkuru. Iki kiganiro mugishikirizwa na Eloge -Willy Kaneza.

59m   ·  Nov 9, 2025

© 2025 Spreaker (OG)